Guharura 29:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi, muzogira ikoraniro ryeranda. Ntimukwiye gukora igikorwa na kimwe kiruhisha+. Uzoba ari umusi wo kuvuza inzumbete+.
29 Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi, muzogira ikoraniro ryeranda. Ntimukwiye gukora igikorwa na kimwe kiruhisha+. Uzoba ari umusi wo kuvuza inzumbete+.