1 Abami 5:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abo bakozi barimba amabuye maninimanini azimvye+ nk’uko umwami yari yabibategetse, maze bakayabaza. Ayo mabuye+ yari ayo kwubakisha umushinge+ w’inzu y’Imana.
17 Abo bakozi barimba amabuye maninimanini azimvye+ nk’uko umwami yari yabibategetse, maze bakayabaza. Ayo mabuye+ yari ayo kwubakisha umushinge+ w’inzu y’Imana.