-
Ezira 5:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Twipfuza kukumenyesha mwami yuko twashitse mu ntara y’Ubuyuda, ku nzu ya ya Mana ihambaye. Twasanze iriko yubakishwa amabuye maninimanini, ibiti na vyo biriko birashirwa mu mpome. Abantu bariko barakorana umwete ico gikorwa kandi baguma bagiteza imbere.
-