ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Kuro umwami w’Ubuperesi avuze ati: “Yehova Imana yo mw’ijuru yarampaye ubwami bwose bwo mw’isi+, kandi yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu+ mu Buyuda. 3 Umuntu wese muri mwebwe azi ko ari uwo mu bantu biwe, Imana yiwe ibane na we. Naduge aje i Yeruzalemu mu Buyuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli we Mana y’ukuri, inzu yari i Yeruzalemu*.

  • Ezira 6:3, 4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 «Mu mwaka wa mbere Kuro ari umwami, yaratanze itegeko ryerekeye inzu y’Imana iri i Yeruzalemu+, rigira riti: “Iyo nzu nisubire kwubakwa, habe ahantu bashikanira ibimazi, kandi imishinge yayo ikomezwe. Uburebure bwayo bw’amahagarara buze bube intambwe 60*, ubwaguke bwayo na bwo bube intambwe 60+. 4 Izobe ifise imirongo itatu y’amabuye maninimanini n’umurongo umwe w’ibiti+. Amahera azokoreshwa aze ave mu kigega c’i bwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika