1 Abami 8:49, 50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Uze rero wumve isengesho ryabo n’ugutakamba kwabo uri iyo mw’ijuru aho uba+, ubafashe*. 50 Uze ubabarire abantu bawe bagucumuyeko, ubababarire amakosa yose bagukoreye. Uze utume ababagize imbohe babumvira akagongwe, babumvire akagongwe vy’ukuri+, Ezira 7:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uwo Ezira yaduze avuye i Babiloni. Yari umwimuzi* akaba n’umuhanga mu bijanye n’amategeko* ya Musa+ yatanzwe na Yehova Imana ya Isirayeli. Umwami yaramuhaye ivyo yasavye vyose kuko Yehova Imana yiwe yari kumwe na we*. Zaburi 106:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Yaca atuma n’ababagize imbohe bosebabumvira ikigongwe+. Imigani 21:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umutima w’umwami umeze nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Awutumbereza aho ashatse hose+.
49 Uze rero wumve isengesho ryabo n’ugutakamba kwabo uri iyo mw’ijuru aho uba+, ubafashe*. 50 Uze ubabarire abantu bawe bagucumuyeko, ubababarire amakosa yose bagukoreye. Uze utume ababagize imbohe babumvira akagongwe, babumvire akagongwe vy’ukuri+,
6 Uwo Ezira yaduze avuye i Babiloni. Yari umwimuzi* akaba n’umuhanga mu bijanye n’amategeko* ya Musa+ yatanzwe na Yehova Imana ya Isirayeli. Umwami yaramuhaye ivyo yasavye vyose kuko Yehova Imana yiwe yari kumwe na we*.