Nehemiya 9:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Kubera ivyo vyose rero, tugize isezerano ntabanduka+ rishizwe mu nyandiko kandi ryemejwe n’ikidodo c’abatware bacu, Abalewi bacu n’abaherezi bacu+.»
38 Kubera ivyo vyose rero, tugize isezerano ntabanduka+ rishizwe mu nyandiko kandi ryemejwe n’ikidodo c’abatware bacu, Abalewi bacu n’abaherezi bacu+.»