16 Ku musi wa mbere no ku musi ugira indwi muze mugire ikoraniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe mukwiye gukora kuri iyo misi+. Muzotegura gusa ivyo umuntu akeneye gufungura.
29Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi, muzogira ikoraniro ryeranda. Ntimukwiye gukora igikorwa na kimwe kiruhisha+. Uzoba ari umusi wo kuvuza inzumbete+.