-
Kuvayo 29:40, 41Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
40 Isuguru ya mbere uzoyishikana iri kumwe n’ic’icumi c’ingero ya efa* y’ifu inoze ivanze n’ica kane c’ingero ya hini* y’amavuta amiminye neza, hamwe n’ishikanwa ry’ibinyobwa ringana n’ica kane ca hini. 41 Iya kabiri na yo uzoyishikana ku mugoroba iri kumwe n’ishikanwa ry’ifu* be n’iry’ikinyobwa, nka bimwe vyo mu gitondo. Uzoyitanga nk’ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza* Yehova.
-