Abalewi 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Azoheza akerere ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu+, ace yinjiza amaraso yayo inyuma ya ya rido+, ayagire kumwe yagira amaraso+ ya ya shuri. Azoyamijagira amaja ku mufuniko n’imbere yawo.
15 Azoheza akerere ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu+, ace yinjiza amaraso yayo inyuma ya ya rido+, ayagire kumwe yagira amaraso+ ya ya shuri. Azoyamijagira amaja ku mufuniko n’imbere yawo.