Yosuwa 9:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abanyagibeyoni+ na bo nyene bumva ko Yosuwa yari yatsinze Yeriko+ na Ayi+. Yosuwa 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ariko kuva uwo musi, Yosuwa abagira abashumba basenya bakongera bakavoma ku bw’ishengero ryose+ n’igicaniro ca Yehova, aho azoba yashimye ko kija hose+. Ni vyo bakora gushika n’uyu musi+. Ezira 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze ndabategeka kuja kuraba umukuru yitwa Ido, yaba i Kasifiya. Ndabasaba kubwira Ido na benewabo bari i Kasifiya ngo batuzanire abodufasha igikorwa ku nzu y’Imana yacu. Ido na benewabo bari abasuku bakora ibikorwa vyo ku rusengero*.
27 Ariko kuva uwo musi, Yosuwa abagira abashumba basenya bakongera bakavoma ku bw’ishengero ryose+ n’igicaniro ca Yehova, aho azoba yashimye ko kija hose+. Ni vyo bakora gushika n’uyu musi+.
17 Maze ndabategeka kuja kuraba umukuru yitwa Ido, yaba i Kasifiya. Ndabasaba kubwira Ido na benewabo bari i Kasifiya ngo batuzanire abodufasha igikorwa ku nzu y’Imana yacu. Ido na benewabo bari abasuku bakora ibikorwa vyo ku rusengero*.