1 Ngoma 9:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Mu bagarutse ubwa mbere bagasubira kuba mu matongo yabo mu bisagara vyabo, harimwo Abisirayeli, abaherezi, Abalewi n’abakora ibikorwa vyo ku rusengero*+. 1 Ngoma 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mu Balewi hari Shemaya+ umuhungu wa Hashubu, Hashubu wa Azirikamu, Azirikamu wa Hashabiya. Bakomoka kuri Merari.
2 Mu bagarutse ubwa mbere bagasubira kuba mu matongo yabo mu bisagara vyabo, harimwo Abisirayeli, abaherezi, Abalewi n’abakora ibikorwa vyo ku rusengero*+.
14 Mu Balewi hari Shemaya+ umuhungu wa Hashubu, Hashubu wa Azirikamu, Azirikamu wa Hashabiya. Bakomoka kuri Merari.