ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Mu bagarutse ubwa mbere bagasubira kuba mu matongo yabo mu bisagara vyabo, harimwo Abisirayeli, abaherezi, Abalewi n’abakora ibikorwa vyo ku rusengero*+.

  • 1 Ngoma 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Hari na Bakibakari, Hereshi, Galali, Mataniya wa Mika, Mika wa Zikiri, Zikiri wa Asafu,

  • Nehemiya 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Hari na Mataniya+ umuhungu wa Mika, Mika wa Zabidi, Zabidi wa Asafu+. Asafu yari indongozi y’abaririmvyi, akaba ari we yaja imbere abandi mu gushemeza Imana bariko barasenga+. Hari na Bakibukiya umufasha wa Asafu, na Abuda umuhungu wa Shamuwa, Shamuwa wa Galali, Galali wa Yedutuni+.

  • Nehemiya 12:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Mataniya+, Bakibukiya, Obadiya, Meshulamu, Talimoni na Akubu+ bari abarinzi b’amarembo+. Barinda ivyumba vy’ububiko biri hafi y’amarembo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika