Nehemiya 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Hariho itegeko ry’i bwami ryatanzwe ku bijanye n’abaririmvyi+, ryatuma baza bararonka ivyo bakeneye buri musi.
23 Hariho itegeko ry’i bwami ryatanzwe ku bijanye n’abaririmvyi+, ryatuma baza bararonka ivyo bakeneye buri musi.