-
Esiteri 1:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Mugabo umwamikazi Vashiti aguma yanka kuza, kandi umwami yari yabimutegetse biciye kuri ba bakozi bo ku kirimba. Umwami aca arashavura cane ku buryo ishavu ryiwe ryaka nk’umuriro.
-