ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 (Aba ni bo banditse iryo kete: uwo mutegetsi mukuru yitwa Rehumu n’uwo mwanditsi yitwa Shimushayi na bagenzi babo, abacamanza, ba buramatari batobato, abanyamabanga, abantu b’i Ereki+, Abanyababiloni, n’ababa i Susa+, ni ukuvuga Abelamu+.

  • Nehemiya 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 1 Ng’aya amajambo ya Nehemiya*+ mwene Hakaliya: mu kwezi kwa Kisilevu* mu mwaka ugira 20*, nari ku kirimba* i Shushani*+.

  • Esiteri 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ico gihe umwami Ahasuwerusi yaganza ari ku kirimba* i Shushani*+.

  • Daniyeli 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Igihe nariko ndihweza ivyo neretswe, nabonye ndi ku kirimba* i Shushani*+ mu ntara ya Elamu+. Muri iryo yerekwa, nabonye ndi iruhande y’uruzi* Ulayi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika