-
Ezira 4:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 kugira ngo hagirwe itohoza mu gitabu ca ba sokuruza bawe kivuga ivya kahise+. Muri ico gitabu ca kahise, uzovyibonera uheze umenye yuko iki gisagara ari igisagara cuzuyemwo ubugarariji, gitera ingorane abami n’intara batwara, be n’uko kuva kera camye kirimwo abatera umugumuko. Ni co catumye ico gisagara gitikizwa+.
-