ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Abakorera umwami bose kw’irembo ry’i bwami baza barunamira Hamani bagashika hasi, kuko ari vyo umwami yari yategetse. Mugabo Morudekayi we, ntiyamwunamira canke ngo amwikubite imbere.

  • Esiteri 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Uwo Muyuda Morudekayi yagira kabiri ku mwami Ahasuwerusi. Yari umuntu ahambaye* mu Bayuda kandi benewabo bose uko ari isinzi baramwubaha. Yaharanira ineza y’abo mw’ihanga iwabo, akarondera n’ineza y’ababakomotseko* bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika