-
Esiteri 2:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Umwigeme wese yararamukirwa kwinjira aho umwami Ahasuwerusi ari, amaze amezi 12 yitunganya nk’uko abigeme bose basabwa. Uku ni ko bitunganya: bamara amezi atandatu bisiga amavuta y’imira*+, n’ayandi mezi atandatu bisiga* amavuta ava mu biterwa bimota neza*+ be n’ayandi mavuta atuma barushiriza gusa neza*.
-