Esiteri 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Uwo Morudekayi yari umurezi wa Hadasa*, ari we Esiteri, umukobwa wa sewabo+. Uwo mwigeme ntiyagira se canke nyina. Yari mwiza akagira n’umutumba uteye neza. Igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara amurera nk’umukobwa wiwe.
7 Uwo Morudekayi yari umurezi wa Hadasa*, ari we Esiteri, umukobwa wa sewabo+. Uwo mwigeme ntiyagira se canke nyina. Yari mwiza akagira n’umutumba uteye neza. Igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara amurera nk’umukobwa wiwe.