Imigani 7:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Namotesheje igitanda canje, ndakimijagirako imira*, ingagari na kanele*+. Indirimbo ya Salomo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 «Kirya ni igiki kiriko kiraduga mu bugaragwa nk’inkingi z’umwotsi,kimota imira* n’imibavun’amapuderi yose amota y’abadandaza+?»
6 «Kirya ni igiki kiriko kiraduga mu bugaragwa nk’inkingi z’umwotsi,kimota imira* n’imibavun’amapuderi yose amota y’abadandaza+?»