-
Esiteri 4:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 «Abakorera umwami bose n’abantu bo mu ntara zose atwara barazi yuko iyo hagize umugabo canke umugore yinjira mu kigo c’indani c’umwami+ atahamagawe, hari itegeko rimwe gusa rica rikora: aca yicwa. Umwami amutunze agakoni k’ubwami k’inzahabu+ ni ho gusa aticwa. Kandi maze imisi 30 ntahamagarwa n’umwami.»
-