-
Esiteri 2:3, 4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Mwami, nugene ivyariho mu ntara zose z’akarere utwara+, maze barondere abigeme bezabeza bose b’isugi, babakoranirize ku kirimba* i Shushani* ku nzu y’abagore. Bace babazeza Hegayi+ inkone y’umwami akaba n’umurinzi w’abagore, babahe n’ivyo kwisiga* kugira barushirize gusa neza. 4 Umwigeme azoguhimbara kuruta abandi bose ni we azoca aba umwamikazi mu kibanza ca Vashiti+.» Umwami ashima ico ciyumviro, aca abigenza ukwo nyene.
-