ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 2:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ku kirimba* i Shushani*+, hari umugabo w’Umuyuda yitwa Morudekayi+. Yari umuhungu wa Yayiri, Yayiri wa Shimeyi, Shimeyi umuhungu w’Umubenyamini+ yitwa Kishi. 6 Yari mu bakuwe i Yeruzalemu bajanwa mu bunyagano igihe Nebukadinezari umwami wa Babiloni yatwara Yekoniya*+ umwami w’Ubuyuda mu bunyagano.

  • Esiteri 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Hamani aca abwira umwami Ahasuwerusi ati: «Hari umugwi w’abantu bakwiragiye hirya no hino mu mahanga+ ari mu ntara zose zo mu karere utwara+. Amategeko yabo aratandukanye n’ay’ayandi mahanga yose, kandi ntibubaha amategeko y’umwami. Ntubareke ukwo mwami, kuko vyohava bikugirira nabi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika