Kuvayo 17:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Avuga ati: «Ko Abamaleki* bihanze kurwanya intebe y’Ubwami ya Yehova*+, Yehova na we azorwana na bo uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana+.» Guharura 24:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Amazi aguma atemba ava mu ndobo ziwe zibiri z’inshato,kandi imbuto* yiwe itewe iruhande y’amazi menshi+. Umwami wiwe+ azoba uwuhambaye kurusha Agagi+,kandi ubwami bwiwe buzoshirwa hejuru+. Gusubira mu vyagezwe 25:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yehova Imana yanyu niyamara kubakiza abansi bose babakikuje, akabaha akaruhuko mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo kibe intoranwa yanyu+, muze muzimanganye Abamaleki ntibasubire kwibukwa munsi y’ijuru+. Ntimuze muvyibagire. 1 Samweli 15:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Afata Agagi+ umwami w’Abamaleki ari muzima, abandi bose abicisha inkota+. 1 Samweli 15:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Samweli aca avuga ati: «Nimunzanire hano Agagi umwami w’Abamaleki.» Maze Agagi aja iyo Samweli ari adashaka*, kuko Agagi yari yagumye yibwira ati: «Ni ukuri singipfuye*.»
16 Avuga ati: «Ko Abamaleki* bihanze kurwanya intebe y’Ubwami ya Yehova*+, Yehova na we azorwana na bo uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana+.»
7 Amazi aguma atemba ava mu ndobo ziwe zibiri z’inshato,kandi imbuto* yiwe itewe iruhande y’amazi menshi+. Umwami wiwe+ azoba uwuhambaye kurusha Agagi+,kandi ubwami bwiwe buzoshirwa hejuru+.
19 Yehova Imana yanyu niyamara kubakiza abansi bose babakikuje, akabaha akaruhuko mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo kibe intoranwa yanyu+, muze muzimanganye Abamaleki ntibasubire kwibukwa munsi y’ijuru+. Ntimuze muvyibagire.
32 Samweli aca avuga ati: «Nimunzanire hano Agagi umwami w’Abamaleki.» Maze Agagi aja iyo Samweli ari adashaka*, kuko Agagi yari yagumye yibwira ati: «Ni ukuri singipfuye*.»