Esiteri 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mu mwaka ugira gatatu aganza, yarateretse inzimano abatware biwe bose n’abantu biwe bose b’abakuru. Ingabo z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro n’abatware bo mu ntara zitandukanye, na bo nyene ni ho bari. Esiteri 2:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Esiteri yajanywe mu nzu y’umwami Ahasuwerusi mu kwezi kugira cumi kwitwa Tebeti*. Hari mu mwaka ugira indwi+ ari umwami.
3 Mu mwaka ugira gatatu aganza, yarateretse inzimano abatware biwe bose n’abantu biwe bose b’abakuru. Ingabo z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro n’abatware bo mu ntara zitandukanye, na bo nyene ni ho bari.
16 Esiteri yajanywe mu nzu y’umwami Ahasuwerusi mu kwezi kugira cumi kwitwa Tebeti*. Hari mu mwaka ugira indwi+ ari umwami.