Esiteri 9:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Gutyo, bokwamye bibuka ko Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, wa mwansi w’Abayuda bose, yari yateguye umugambi wo guhonya Abayuda+, akagira na Puri+, ni ukuvuga ubupfindo, kugira abadurumbanye yongere abahonye.
24 Gutyo, bokwamye bibuka ko Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, wa mwansi w’Abayuda bose, yari yateguye umugambi wo guhonya Abayuda+, akagira na Puri+, ni ukuvuga ubupfindo, kugira abadurumbanye yongere abahonye.