Gusubira mu vyagezwe 4:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yehova azobashwiragiza mu mahanga+, kandi abantu bari ku rushi ni bo bazorokoka+ muri ayo mahanga Yehova azoba yabashwiragijemwo. Nehemiya 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ndakwinginze wibuke ivyo wabwiye* umusavyi wawe Musa uti: “Nimwampemukira, nzobashwiragiza mu mahanga+. Yeremiya 50:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abisirayeli ni intama zashwiragiye+. Intambwe zarabasanzaje+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yarabariye arabamara+, hanyuma Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aguguna amagufa yabo+.
27 Yehova azobashwiragiza mu mahanga+, kandi abantu bari ku rushi ni bo bazorokoka+ muri ayo mahanga Yehova azoba yabashwiragijemwo.
8 Ndakwinginze wibuke ivyo wabwiye* umusavyi wawe Musa uti: “Nimwampemukira, nzobashwiragiza mu mahanga+.
17 Abisirayeli ni intama zashwiragiye+. Intambwe zarabasanzaje+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yarabariye arabamara+, hanyuma Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aguguna amagufa yabo+.