Itanguriro 41:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Farawo aca yambura impeta yiwe y’ikidodo ayambika Yozefu ku rutoke, amwambika n’impuzu nziza cane* be n’umugufu w’inzahabu mw’izosi.
42 Farawo aca yambura impeta yiwe y’ikidodo ayambika Yozefu ku rutoke, amwambika n’impuzu nziza cane* be n’umugufu w’inzahabu mw’izosi.