ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 8:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Nimwandike rero mw’izina ryanje ivyo mubona ko vyofasha Abayuda. Muheze mubishireko ikidodo mukoresheje impeta yanje, kuko itegeko ryanditswe mw’izina ry’umwami rigashirwako ikidodo c’impeta yiwe ridashobora kuvuguruzwa+.»

  • Daniyeli 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Hanyuma bazana ibuye barishira ku munwa w’ico kinogo, umwami aca arishirako ikidodo akoresheje impeta yiwe n’impeta y’abanyacubahiro biwe, kugira ntihagire igihindurwa ku bijanye na Daniyeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika