Esiteri 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nuko ku musi ugira gatatu+, Esiteri yambara impuzu z’umwamikazi, hanyuma ahagarara mu kigo c’indani c’ikirimba* aharabana n’inzu umwami yabamwo. Umwami yari yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami mu nzu iwe, aharabana n’ubwinjiriro.
5 Nuko ku musi ugira gatatu+, Esiteri yambara impuzu z’umwamikazi, hanyuma ahagarara mu kigo c’indani c’ikirimba* aharabana n’inzu umwami yabamwo. Umwami yari yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami mu nzu iwe, aharabana n’ubwinjiriro.