Esiteri 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umwami akimara kubona umwamikazi Esiteri aho ahagaze mu kigo, araryoherwa maze amutunga agakoni k’ubwami k’inzahabu+ yari afise mu kuboko. Esiteri aca aregera, akora kw’isonga ry’ako gakoni. Esiteri 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Maze umwami atunga Esiteri agakoni k’ubwami k’inzahabu+, Esiteri aca arahaguruka, ahagarara imbere y’umwami.
2 Umwami akimara kubona umwamikazi Esiteri aho ahagaze mu kigo, araryoherwa maze amutunga agakoni k’ubwami k’inzahabu+ yari afise mu kuboko. Esiteri aca aregera, akora kw’isonga ry’ako gakoni.
4 Maze umwami atunga Esiteri agakoni k’ubwami k’inzahabu+, Esiteri aca arahaguruka, ahagarara imbere y’umwami.