1 Samweli 12:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yehova ntazobata mwebwe abantu biwe+ kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abiwe+. Yesaya 54:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Rero nta kirwanisho cakozwe kugira bakurwanye kizororanirwa+.Kandi ururimi rwose ruzoguhagurukira ngo rukuburanye, uzorutsinda. Iyo ni yo ntoranwa y’abasavyi ba Yehova,kandi mbona ko bagororotse», ni ko Yehova avuze+.
22 Yehova ntazobata mwebwe abantu biwe+ kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abiwe+.
17 Rero nta kirwanisho cakozwe kugira bakurwanye kizororanirwa+.Kandi ururimi rwose ruzoguhagurukira ngo rukuburanye, uzorutsinda. Iyo ni yo ntoranwa y’abasavyi ba Yehova,kandi mbona ko bagororotse», ni ko Yehova avuze+.