Esiteri 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nuko umwami agomwa Esiteri kuruta abandi bagore bose, aramushima, aramukunda* kuruta abandi bigeme b’isugi bose. Umwami aca amwambika igitambara c’umwamikazi bazingira mu mutwe*, amugira umwamikazi+ mu kibanza ca Vashiti+.
17 Nuko umwami agomwa Esiteri kuruta abandi bagore bose, aramushima, aramukunda* kuruta abandi bigeme b’isugi bose. Umwami aca amwambika igitambara c’umwamikazi bazingira mu mutwe*, amugira umwamikazi+ mu kibanza ca Vashiti+.