Yobu 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova aca abwira Shetani ati: «Mbega witegereje* umusavyi wanje Yobu? Nta n’umwe ameze nka we kw’isi. Ni umuntu w’umugororotsi kandi atunganye*+, atinya Imana kandi yirinda ikibi.» Zaburi 139:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 139 Ewe Yehova, waransuzumye kandi uranzi+.
8 Yehova aca abwira Shetani ati: «Mbega witegereje* umusavyi wanje Yobu? Nta n’umwe ameze nka we kw’isi. Ni umuntu w’umugororotsi kandi atunganye*+, atinya Imana kandi yirinda ikibi.»