Gusubira mu vyagezwe 32:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Ubu rero nimumenye ko ari jewe ndi Imana+,nta zindi mana zihari atari jewe+. Ndica nkongera ngakiza+. Ndakomeretsa+ nkongera nkavura+,kandi nta wushobora kurokora ikiri mu kuboko kwanje+.
39 Ubu rero nimumenye ko ari jewe ndi Imana+,nta zindi mana zihari atari jewe+. Ndica nkongera ngakiza+. Ndakomeretsa+ nkongera nkavura+,kandi nta wushobora kurokora ikiri mu kuboko kwanje+.