ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 119:73
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 73 Amaboko yawe ni yo yandemye, arambumbabumba.

      Numpe ugutegera

      kugira menye amabwirizwa yawe+.

  • Zaburi 139:13-16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ni wewe waremye amafyigo yanje,

      kandi wagumye untwikiriye ndi mu nda ya mama*+.

      14 Ndagushemeza kuko ndemwe mu buryo butangaje kandi buteye ubwoba+.

      Ibikorwa vyawe ni agatangaza+,

      kandi ivyo ndabizi neza.

      15 Amagufa yanje ntiwayanyegejwe

      igihe wambumbira ahantu hihishije,

      igihe wanjishira mu nda ya mama*+.

      16 Amaso yawe yarambonye ngisamwa inda.

      Ibihimba vyanje vyose vyari vyanditswe mu gitabu cawe,

      mbere n’imisi bizobumbirwako

      n’imbere y’uko bibaho.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika