Yobu 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abantu bataburuye akanwa ngo bandotse+,bankubita amakofe n’akagaye n’akantu.Bankoraniyeko ari isinzi+. Yobu 17:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nkikujwe n’abacokoranyi+,kandi amaso yanje aguma yitegereza ubugarariji bwabo. Yobu 30:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ariko ubu, abantu ndusha imyakabasigaye bantwenga+,abo ntari kwemera ko ba sebaja hamwe n’imbwa zicunga ibitungwa vyanje. Zaburi 22:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abambona bose bantwengera mw’ijigo+.Baranyinyirwa bakazunza umutwe, bakavuga ngo+: Abaheburayo 11:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Emwe, abandi barageragejwe mu gucokorwa no mu gukubitwa ibimoko, eka mbere baboheshwa iminyororo+, batabwa no mu mabohero+.
10 Abantu bataburuye akanwa ngo bandotse+,bankubita amakofe n’akagaye n’akantu.Bankoraniyeko ari isinzi+.
30 Ariko ubu, abantu ndusha imyakabasigaye bantwenga+,abo ntari kwemera ko ba sebaja hamwe n’imbwa zicunga ibitungwa vyanje.
36 Emwe, abandi barageragejwe mu gucokorwa no mu gukubitwa ibimoko, eka mbere baboheshwa iminyororo+, batabwa no mu mabohero+.