ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Baca barunama mu maso hashika hasi, maze bavuga bati: «Ewe Mana, Mana uha ubuzima abantu bose+, mbega umuntu umwe yocumura ugaca ushavurira ishengero ryose+?»

  • Zaburi 104:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Urungika impwemu yawe bikaremwa+,

      ivyo kw’isi ukabihindura bishasha.

  • Umusiguzi 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Umukungugu rero uraheza ugasubira mw’ivu+ aho wahoze, impwemu* na yo igasubira ku Mana y’ukuri yayitanze+.

  • Ezekiyeli 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Raba! Abantu bose ni abanje. Sebibondo n’umwana, bose ni abanje. Umuntu* acumura ni we azopfa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika