6 Elihu mwene Barakeli w’i Buzi araheza afata ijambo, avuga ati:
«Ndacari muto
ariko mwe murakuze+.
Ni co gituma nabubashe nkigumya+,
sintinyuke kubabwira ico nzi.
7 Nari nibwiye nti: “Reka abatama bavuge.
Abafise imyaka myinshi nibamenyeshe ubukerebutsi.”