Yobu 9:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ni inkerebutsi mu mutima, kandi ifise ububasha burenze+. Ni nde yoyihanga akagenda adakomeretse+? Daniyeli 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 avuga ati: «Izina ry’Imana nirishemezwe ibihe vyose*,kuko ari yo yonyene ifise ubukerebutsi n’ububasha+.
20 avuga ati: «Izina ry’Imana nirishemezwe ibihe vyose*,kuko ari yo yonyene ifise ubukerebutsi n’ububasha+.