Itanguriro 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nanje ngira nzane umwuzure+ kw’isi kugira nzimanganye munsi y’ijuru ikintu cose gifise ubuzima*. Ikiri kw’isi cose kizopfa+.
17 Nanje ngira nzane umwuzure+ kw’isi kugira nzimanganye munsi y’ijuru ikintu cose gifise ubuzima*. Ikiri kw’isi cose kizopfa+.