ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 29:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ni co gituma nzosubira gukorera aba bantu ibintu vy’agatangaza+,

      igitangaza gikurikirwe n’ikindi.

      Ubukerebutsi bw’inkerebutsi zabo buzohera,

      n’ugutegera kw’abanyabwenge babo kunyike+.»

  • Yesaya 44:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Ndavuruga ibimenyetso vy’abahanuzi b’ikinyoma*,

      kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+.

      Ndi Umwe atuma abantu b’inkerebutsi babura ico bafata n’ico bareka,

      agatuma ubumenyi bwabo buhinduka ubujuju+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika