Yeremiya 14:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga kuraba,mbona abishwe n’inkota+. Naza mu gisagara,nkahasanga abarwaye kubera inzara+. Umuhanuzi n’umuherezi bagendagenda mu gihugu batazi+.”»
18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga kuraba,mbona abishwe n’inkota+. Naza mu gisagara,nkahasanga abarwaye kubera inzara+. Umuhanuzi n’umuherezi bagendagenda mu gihugu batazi+.”»