Gusubira mu vyagezwe 28:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Muzogenda murakabakaba ku mutaga nka kurya kw’impumyi+, kandi ntimuzororanirwa mu vyo muzokora vyose. Bazokwama babanyaga utwanyu bongera babiba, kandi nta n’umwe azobatabara+.
29 Muzogenda murakabakaba ku mutaga nka kurya kw’impumyi+, kandi ntimuzororanirwa mu vyo muzokora vyose. Bazokwama babanyaga utwanyu bongera babiba, kandi nta n’umwe azobatabara+.