Yobu 19:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ndazi neza ko umucunguzi wanje+ ari muzima.Azoteba aze ahagarare kw’isi*. Zaburi 23:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Naho noca mu mwonga* w’umwiza w’umuzitanya+,nta kibi na kimwe nzotinya+,kuko uri kumwe nanje+.Inkoni yawe n’ikibando cawe birampumuriza.
4 Naho noca mu mwonga* w’umwiza w’umuzitanya+,nta kibi na kimwe nzotinya+,kuko uri kumwe nanje+.Inkoni yawe n’ikibando cawe birampumuriza.