Yobu 16:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ishavu ryayo ryarantabaguye, imfitiye inzigo+. Iguma impekenyera imisaya*. Umwansi wanje aguma andaba igitsure+. Yobu 19:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Iranshavurira cane,ikamfata nk’umwansi wayo+. Yobu 33:8-11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko numvise ivyo wavuze.Nagumye numva aya majambo ngo: 9 “Ndatyoroye, nta gicumuro nakoze+.Ndera, nta kosa na rimwe mfise+. 10 Ariko Imana ntibura imvo zo kundwanya.Imfata nk’umwansi wayo+. 11 Yaraboshe amaguru yanje*,iguma isuzuma inzira zanje zose+.”
9 Ishavu ryayo ryarantabaguye, imfitiye inzigo+. Iguma impekenyera imisaya*. Umwansi wanje aguma andaba igitsure+.
8 Ariko numvise ivyo wavuze.Nagumye numva aya majambo ngo: 9 “Ndatyoroye, nta gicumuro nakoze+.Ndera, nta kosa na rimwe mfise+. 10 Ariko Imana ntibura imvo zo kundwanya.Imfata nk’umwansi wayo+. 11 Yaraboshe amaguru yanje*,iguma isuzuma inzira zanje zose+.”