Yobu 33:8-10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko numvise ivyo wavuze.Nagumye numva aya majambo ngo: 9 “Ndatyoroye, nta gicumuro nakoze+.Ndera, nta kosa na rimwe mfise+. 10 Ariko Imana ntibura imvo zo kundwanya.Imfata nk’umwansi wayo+.
8 Ariko numvise ivyo wavuze.Nagumye numva aya majambo ngo: 9 “Ndatyoroye, nta gicumuro nakoze+.Ndera, nta kosa na rimwe mfise+. 10 Ariko Imana ntibura imvo zo kundwanya.Imfata nk’umwansi wayo+.