ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, aca yitaburirako impuzu yambaye maze yambara igunira. Arisonzesha, aguma aryama yambaye igunira kandi akagenda yijiriwe.

  • 2 Abami 6:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Umwami akimara kwumva amajambo y’uwo mugore, aca yitaburirako impuzu+. Ariko ararengana ku ruzitiro rw’igisagara, abantu babona ko yambaye igunira munsi y’impuzu ziwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika