Zaburi 22:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Mana yanje, nguma ngutabaza ku murango ariko ntunyishura+,kandi no mw’ijoro nguma ngutabaza. Habakuki 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ewe Yehova, nzogeza ryari kugutabaza ntiwumve+? Nzogeza ryari kugutakambira ngo udukize abantu b’inkazi, nawe ntuhaseruke*+?
2 Ewe Yehova, nzogeza ryari kugutabaza ntiwumve+? Nzogeza ryari kugutakambira ngo udukize abantu b’inkazi, nawe ntuhaseruke*+?