Yobu 14:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho+? Nzorindira imisi yose nashingiwe*,gushika ugutabarwa kwanje kuje+. Zaburi 19:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ese amajambo yanje hamwe n’ivyo nzirikanavyoguhimbara+, ewe Yehova Gitandara canje+ n’Umucunguzi wanje+! Zaburi 69:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Nunyegere untabare,unkize abansi banje. Zaburi 103:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ngira nshemeze Yehova.Ese ntopfa nibagiye ivyo yankoreye vyose+! Zaburi 103:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Akura ubuzima bwawe mu cobo*+,akakwambika urugori rw’ubuntu* n’imbabazi+. Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.» Mariko 10:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Kuko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»
14 Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho+? Nzorindira imisi yose nashingiwe*,gushika ugutabarwa kwanje kuje+.
14 Ese amajambo yanje hamwe n’ivyo nzirikanavyoguhimbara+, ewe Yehova Gitandara canje+ n’Umucunguzi wanje+!
28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»
45 Kuko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»